ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

b Iki kiyago gishimikiye ku ndimi zifise ubushobozi bw’ugutuma ico kibazo kiba ikirongorotse ariko abahibanuzi bazo bagahitamwo kutabigira. Amajambo ngengarurimi ahari arashingira akarimbi bimwe bikomeye ico abahibanuzi bashobora kugira mu ndimi zimwezimwe. Abacishabwenge nzirabugunge b’ivy’idini rero bosigura yuko naho umuhibanuzi yoba yakoresheje amajambo atari amwe canke mbere niba yakoresheje ijambo ryumvikanamwo ibitajanye n’Ivyanditswe, ijambo neʹphesh ryo mu rurimi rw’intango rikoreshwa ku bantu n’ibikoko, rikaba kandi rigereranya ikintu gihumeka, kirya, kandi gishobora gupfa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika