ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

a Yezu yararindutse ararwanya ivy’urwo rudandaza rwazana inyungu. Dukurikije ibivugwa n’uwutohoza ivya kahise umwe, ikori ry’urusengero ryarihwa hakoreshejwe igiceri kinaka ca kera c’Abayuda. Abenshi mu bagendera urusengero boba rero barakenera kuvunjisha amahera yabo kugira babone kuriha iryo kori. Abavunji b’amahera baremererwa gushinga inyungu baronkera kuri iryo vunja, ivyo bikaba vyarabazanira amahera menshi cane.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika