ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

a Ngaho Titus yategerezwa gutsinda. Ariko rero mu biringo bibiri bihambayehambaye, ntiyashikije ivyo agomba. Yarasavye ko botanga imihoho mu mahoro, mugabo abakuru b’igisagara baravyankanye akagama, mu buryo budasigurika. Hanyuma igihe ibihome vy’igisagara vyari bimaze gusenyurwa, yarasavye ko urusengero rurekwa. Yamara rwatongōwe n’umuriro ubudasigazwa! Ikimenyeshakazoza ca Yezu cari caratomoye icese ko Yeruzalemu horimaguritse n’uko urusengero rwosenyaguwe ubudasigazwa.—Mariko 13:1, 2.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika