Akajambo k'epfo
a Ivyo ntibisobanura ko Shetani ari we akoresha abantu bakubuza kwiga Bibiliya. Ariko Shetani ni “imana y’iki gihe,” kandi “isi yose iri mu bubasha [bwiwe].” Ku bw’ivyo, ntidutangara igihe abantu bagerageje kutubuza gukorera Yehova.—2 Abakorinto 4:4; 1 Yohani 5:19.