ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

b Lameki yise umwana wiwe Nowa, iryo zina rikaba rishobora kuba risobanura ngo “Akaruhuko” canke “Uruhoza,” yongera avuga yuko Nowa yoshikije insobanuro y’izina ryiwe, kuko biciye kuri we abantu boruhuriwe igikorwa kiruhisha co kurima ubutaka bwavumwe. (Ita. 5:28, 29) Lameki yarinze apfa ubuhanuzi yavuze butararanguka. Nyina wa Nowa, bene wabo na bashiki we bashobora kuba bahitanywe n’Umwuzure.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika