Akajambo k'epfo
a Haciye igihe gitoyi ivyo bibaye, Yehova yarashinze Eliya igikorwa co kumenyereza Elisha, uwahavuye amenyekana ko ari “uwasuka amazi ku maboko ya Eliya.” (2 Abm. 3:11) Elisha yarakoze ari umusuku wa Eliya, bikaba bishoboka ko yafashije mu buryo ngirakamaro uwo mugabo yari ageze mu zabukuru.