Akajambo k'epfo
a Samweli ubwiwe yarishe Agagi. Yaba uwo mwami mubi canke umuryango wiwe, nta n’umwe yari akwiriye ikigongwe. Ibinjana bitari bike inyuma y’aho, biboneka ko mu bakomoka kuri Agagi harimwo “Hamani Umwagagi,” uwagerageje guherengeteza abasavyi b’Imana.—Est. 8:3; raba ikigabane ca 15 n’ica 16 vy’iki gitabu.