Akajambo k'epfo d Rusi ni umwe mu bakenyezi batanu Bibiliya ivuga ko babaye ba inakuruza ba Yezu. Uwundi ni Rahabu, nyina wa Bowazi. (Mat. 1:3, 5, 6, 16) Cokimwe na Rusi, Rahabu ntiyari Umwisirayelikazi.