Akajambo k'epfo
c Pawulo yahavuye agenwa ngo abe «intumwa ku mahanga,» ariko ntiyigeze aharurwa muri bamwe 12. (Rom. 11:13; 1 Kor. 15:4-8) Ntiyari akwije ibisabwa kugira aterwe iryo teka ridasanzwe kubera ko atari yarakurikiye Yezu mu gihe c’ubusuku yaranguye ng’aha kw’isi.