Akajambo k'epfo
b Igitabu gifasha kwiga Bibiliya citwa Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? kirimwo ibi vyigwa bibiri: ikivuga ngo “Ukuri kwerekeye Imana ni ukuhe?” n’ikivuga ngo “Yezu Kristu ni nde?” Ico gitabu urashobora kugisaba Ivyabona vya Yehova canke ukacisomera ku muhora wo kuri Internet www.jw.org.