Akajambo k'epfo
Mu giheburayo havuga ngo «ibuye ry’i bwami.» Rishobora kuba ari ibuye ryabikwa ku kirimba bafatirako mu gupima ibintu, canke na ho ikaba yari shekeli y’i bwami itandukanye na shekeli isanzwe.