Abaroma 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuko ari umusuku w’Imana kuri wewe ku neza yawe+. Mugabo nimba ukora ikibi+, tinya: kuko budatwarira inkota ubusa; kuko ari umusuku w’Imana, umuhozi+ wo gushitsa uburake ku wuza arakora ikibi. Abaroma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:4 Umunara w’Inderetsi,1/8/2000, rup. 4 Ubumenyi, rup. 132-133
4 kuko ari umusuku w’Imana kuri wewe ku neza yawe+. Mugabo nimba ukora ikibi+, tinya: kuko budatwarira inkota ubusa; kuko ari umusuku w’Imana, umuhozi+ wo gushitsa uburake ku wuza arakora ikibi.