Abaroma 3:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 kandi ni nk’ingabirano ya gusa+ kubona bariko bitwa abagororotsi ku buntu ata wari abukwiriye bwayo+, mu kubohorwa biciye ku ncungu*+ yarishwe na Kristu Yezu. Abaroma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:24 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),12/2016, rup. 9
24 kandi ni nk’ingabirano ya gusa+ kubona bariko bitwa abagororotsi ku buntu ata wari abukwiriye bwayo+, mu kubohorwa biciye ku ncungu*+ yarishwe na Kristu Yezu.