Umusiguzi 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Icabayeho cose, izina ryaco ryaramaze kuvugwa, kandi ico umuntu ari caramenyekanye+; kandi ntashobora kwiburanira imbere y’uwumurusha ububasha+.
10 Icabayeho cose, izina ryaco ryaramaze kuvugwa, kandi ico umuntu ari caramenyekanye+; kandi ntashobora kwiburanira imbere y’uwumurusha ububasha+.