Umusiguzi 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Hamwe umuntu yovyara incuro ijana+, kandi akabaho imyaka myinshi, ku buryo imisi y’imyaka yiwe iba myinshi+, yamara umutima wiwe ntuhage ivyiza+, ntagire n’imva yiwe+, sinobura kuvuga yuko arutwa n’uwuvutse hataragera+.
3 Hamwe umuntu yovyara incuro ijana+, kandi akabaho imyaka myinshi, ku buryo imisi y’imyaka yiwe iba myinshi+, yamara umutima wiwe ntuhage ivyiza+, ntagire n’imva yiwe+, sinobura kuvuga yuko arutwa n’uwuvutse hataragera+.