Imigani 4:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Sena inzira y’ikirenge cawe+, kandi inzira zawe zose zibe izishimangiwe+.