2 Samweli 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko Yowabu aha umwami igitigiri c’abantu bari banditswe+; Isirayeli yarimwo abagabo b’intwari ibihumbi amajana umunani barwanisha inkota, abagabo ba Yuda na bo bari abagabo ibihumbi amajana atanu+.
9 Nuko Yowabu aha umwami igitigiri c’abantu bari banditswe+; Isirayeli yarimwo abagabo b’intwari ibihumbi amajana umunani barwanisha inkota, abagabo ba Yuda na bo bari abagabo ibihumbi amajana atanu+.