2 Samweli 24:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mu nyuma bashika i Gileyadi+ no mu gihugu ca Tahatimu-hodishi, babandanya i Dani-yani hanyuma barazunguruka berekeza i Sidoni+.
6 Mu nyuma bashika i Gileyadi+ no mu gihugu ca Tahatimu-hodishi, babandanya i Dani-yani hanyuma barazunguruka berekeza i Sidoni+.