2 Samweli 20:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Aramwegera rero, maze nya mugore avuga ati: “Uri Yowabu?” Na we ati: “Ndi we.” Nya mugore aca amubwira ati: “Niwumvirize amajambo y’umushumbakazi wawe+.” Na we ati: “Ndiko ndumviriza.”
17 Aramwegera rero, maze nya mugore avuga ati: “Uri Yowabu?” Na we ati: “Ndi we.” Nya mugore aca amubwira ati: “Niwumvirize amajambo y’umushumbakazi wawe+.” Na we ati: “Ndiko ndumviriza.”