2 Samweli 20:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze umwe mu misore ya Yowabu ahagarara hejuru ya Amasa, aguma avuga ati: “Uwo wese yahimbawe na Yowabu n’uwo wese yegukira Dawidi+, nakurikire Yowabu!”
11 Maze umwe mu misore ya Yowabu ahagarara hejuru ya Amasa, aguma avuga ati: “Uwo wese yahimbawe na Yowabu n’uwo wese yegukira Dawidi+, nakurikire Yowabu!”