2 Samweli 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko umwami abwira Amasa+ ati: “Nkoraniriza abagabo ba Yuda ng’aha mu misi itatu, nawe ubwawe uhagarare hano.”
4 Nuko umwami abwira Amasa+ ati: “Nkoraniriza abagabo ba Yuda ng’aha mu misi itatu, nawe ubwawe uhagarare hano.”