2 Samweli 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko umwami abwira Ziba ati: “Ehe ikintu cose ca Mefibosheti ni icawe+.” Ziba aca avuga ati: “Ndunamye+ koko. Ningire ubutoni mu maso yawe, mukama wanje umwami.” 2 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:4 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),8/2018, rup. 6
4 Nuko umwami abwira Ziba ati: “Ehe ikintu cose ca Mefibosheti ni icawe+.” Ziba aca avuga ati: “Ndunamye+ koko. Ningire ubutoni mu maso yawe, mukama wanje umwami.”