2 Samweli 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko umwami avuga ati: “None mwene shobuja ari hehe+?” Maze Ziba abwira umwami ati: “Ehe yibereye i Yeruzalemu; kuko yavuze ngo: ‘Uno musi inzu ya Isirayeli iransubiza ingoma ya dawe+.’” 2 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:3 Umunara w’Inderetsi,1/3/2002, rup. 10
3 Nuko umwami avuga ati: “None mwene shobuja ari hehe+?” Maze Ziba abwira umwami ati: “Ehe yibereye i Yeruzalemu; kuko yavuze ngo: ‘Uno musi inzu ya Isirayeli iransubiza ingoma ya dawe+.’”