11 Mugabo avuga ati: “Ndakwinginze umwami yibuke Yehova Imana yawe+, kugira ngo umuhōzi w’amaraso+ ntabandanye kuyogeza, no kugira ngo ntibazimanganye umuhungu wanje.” Na we avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, nta gashatsi na kamwe+ k’umwana wawe kazokorokera hasi.”