2 Samweli 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Abafilisitiya bumva yuko bari barobanuje amavuta Dawidi ngo abe umwami wa Isirayeli+. Abafilisitiya bose baca baduga kurondera Dawidi. Dawidi avyumvise, aca amanuka mu kibanza kigoye gushikamwo+.
17 Nuko Abafilisitiya bumva yuko bari barobanuje amavuta Dawidi ngo abe umwami wa Isirayeli+. Abafilisitiya bose baca baduga kurondera Dawidi. Dawidi avyumvise, aca amanuka mu kibanza kigoye gushikamwo+.