Abacamanza 18:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Na bo bishura bati: “Haguruke, tuduge kubatera; kuko twabonye ico gihugu, kandi ni ciza cane+. Namwe muriko mugonanwa. Ntimugire ubute bwo kugenda, kugira mwinjire maze mwigarurire ico gihugu+.
9 Na bo bishura bati: “Haguruke, tuduge kubatera; kuko twabonye ico gihugu, kandi ni ciza cane+. Namwe muriko mugonanwa. Ntimugire ubute bwo kugenda, kugira mwinjire maze mwigarurire ico gihugu+.