Abalewi 25:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo mu mwaka ugira indwi hakwiye kuba isabato y’akaruhuko kuzuye kuri nya gihugu+, isabato kuri Yehova. Umurima wawe ntuze uwubibe imbuto, kandi umurima wawe w’imizabibu ntuze uwututurire.
4 Mugabo mu mwaka ugira indwi hakwiye kuba isabato y’akaruhuko kuzuye kuri nya gihugu+, isabato kuri Yehova. Umurima wawe ntuze uwubibe imbuto, kandi umurima wawe w’imizabibu ntuze uwututurire.