Kuvayo 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ata kabuza nzobazana mu gihugu nataritse ukuboko ndahira+ ko nzoha Aburahamu, Izahaki na Yakobo; kandi nzokibaha koko mucigabire+. Ndi Yehova+.’” Kuvayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 6:8 Umunara w’Inderetsi,15/10/2012, rup. 24
8 Kandi ata kabuza nzobazana mu gihugu nataritse ukuboko ndahira+ ko nzoha Aburahamu, Izahaki na Yakobo; kandi nzokibaha koko mucigabire+. Ndi Yehova+.’”