Yoweli 3:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 «Amahanga nahaguruke, aje mu kiyaya* ca Yehoshafati,kuko ari ho nzokwicara kugira ncire urubanza amahanga yo hirya no hino yose+. Yoweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:12 Umunara w’Inderetsi,1/5/1998, rup. 25-31
12 «Amahanga nahaguruke, aje mu kiyaya* ca Yehoshafati,kuko ari ho nzokwicara kugira ncire urubanza amahanga yo hirya no hino yose+.