Yoweli 2:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ibi ni vyo Yehova avuze: «Ariko n’ubu nimungarukeko n’umutima wanyu wose+,mwisonzeshe+, murire kandi muboroge. Yoweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:12 Umunara w’Inderetsi,1/5/1998, rup. 21-22
12 Ibi ni vyo Yehova avuze: «Ariko n’ubu nimungarukeko n’umutima wanyu wose+,mwisonzeshe+, murire kandi muboroge.