ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Munyonyo rup. 4
  • Ntiwigane Elifazi igihe uremesha abandi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ntiwigane Elifazi igihe uremesha abandi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Nurwanye ivyiyumviro bitari vyo!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
  • Gusengera abandi birahimbara Yehova
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Remesha abandi ukoresheje amajambo meza
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • «Mbega umuntu hari ico yomarira Imana?»
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Munyonyo rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ntiwigane Elifazi igihe uremesha abandi

Elifazi yabwiye Yobu ngo abantu ntibokwigera bahimbara Imana (Yb 15:14-16; w05 15/9 26 ing. 4-5)

Elifazi yashatse kwerekana ko Yobu yari umubisha kandi ko ari co cariko kiratuma ashikirwa n’ingorane (Yb 15:20)

Amajambo ya Elifazi ntiyaremesheje Yobu (Yb 16:1, 2)

Elifazi atunze urutoki Yobu ariko aramwagiriza mu gihe abandi biruzi babiri b’uruhendo bariko baravyitegereza. Yobu yuzuye ibihute.

Ivyo Elifazi yabwiye Yobu vyari ibinyoma. Yehova araha agaciro akigoro tugira ko kumukorera. (Zb 149:4) N’abagororotsi barashobora gushikirwa n’ingorane.​—Zb 34:19.

IVYO KUZIRIKANAKO: Ni gute “twoyagisha abacitse intege n’ijwi ryirura”?​—1Ts 5:14; w15 15/2 9 ing. 16.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika