ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Mukakaro rup. 8
  • Nehemiya yipfuza gukorera abandi, aho gukorerwa

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nehemiya yipfuza gukorera abandi, aho gukorerwa
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • ‘Nugume utsindisha ikibi iciza’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • “Uze unyibuke, ewe Mana yanje, ungirire iciza”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Ibikurubikuru vyo mu gitabu ca Nehemiya
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
  • Yarasanuye inzitiro
    Gendana n’Imana n’umutima rugabo
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Mukakaro rup. 8
Nehemiya ariko arakorana n’abandi b’Isirayeli mu gusubira kwubaka impome za Yeruzalemu.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nehemiya yipfuza gukorera abandi, aho gukorerwa

Nehemiya ntiyakoresheje ubukuru afise abigiranye ubwikunzi (Neh 5:14, 15, 17, 18; w02 1/11 27 ing. 3)

Nehemiya ntiyahagarikira gusa igikorwa, ahubwo yarajamwo agakora (Neh 5:16; w16.09 6 ing. 16)

Nehemiya yarasavye Yehova kumwibuka kubera urukundo ruzira ubwikunzi rwiwe (Neh 5:19; w00 1/2 32)

Naho Nehemiya yari buramatari, ntiyari yiteze ko abandi bamufata mu buryo budasanzwe. Ni akarorero keza ku bafise uduteka n’amabanga mw’ishengero.

NIWIBAZE UTI: ‘Noba nitaho cane ivyo nshobora gukorera abandi kuruta ivyo nokwitega ko bankorera?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika