ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Ntwarante rup. 15
  • Ingingo zerekana ko twizigira Yehova

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingingo zerekana ko twizigira Yehova
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Gusoma Bibiliya buri musi no kurondera ubukerebutsi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Kurikirana iterambere ryawe
    Niwijukire gusoma no kwigisha
  • Nufate ingingo zihimbara Yehova
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2025
  • Niwifate ruto wemere ko hari ivyo utazi
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2025
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Ntwarante rup. 15

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ingingo zerekana ko twizigira Yehova

Buri musi turafata ingingo nyinshi. Abantu bo mw’isi bakunda gufata ingingo babitumwe n’ibishobisho canke bakabitumwa no gukurikira isinzi. (Kv 23:2; Img 28:26) Ariko ku rundi ruhande, abiheka kuri Yehova ‘baramwibuka’ mu kwisunga ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya kugira zibayobore mu ngingo bafata.—Img 3:5, 6.

Kuri kimwekimwe cose mu vyanditswe bikurikira, niwandike umuce aho ico canditswe cogufasha gufata ingingo nziza.

  • Mt 6:33

  • Rm 12:18

  • 1Kr 10:24

  • Ef 5:15, 16

  • 1Tm 2:9, 10

  • Heb 13:5

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO NIWIGANE ABAGARAGAJE UKWIZERA, NTIWIGANE ABATAKUGARAGAJE—NIWIGANE MUSA, NTIWIGANE FARAWO, MUCE MWISHURA IKI KIBAZO:

Ifoto yakuwe mw’ividewo “Niwigane abagaragaje ukwizera, ntiwigane abatakugaragaje​—⁠Niwigane Musa, ntiwigane Farawo.” Umuvukanyi yari agiye kw’ihwaniro baca baramuterefona vyihuta ku kazi.

Akarorero ko muri Bibiliya kafashije gute uwo muvukanyi gufata ingingo nziza?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika