ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Ntwarante rup. 3
  • Ukuntu Yehova ayobora abasavyi biwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ukuntu Yehova ayobora abasavyi biwe
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • “Ni jewe . . . intoranwa yawe”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo twigira kw’ikambi ya Isirayeli
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Niwirinde ubwibone no kwiyizigira birenze urugero
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • “Mwirukane ababa muri ico gihugu bose”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Ntwarante rup. 3
Uwo mu bagize Inama Nyobozi ariko ashikiriza ikiganiro muri stidiyo ya Televiziyo ya JW.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ukuntu Yehova ayobora abasavyi biwe

Yehova ni we yafata ingingo y’aho abasavyi biwe bakwiye kuja be n’igihe co kugenda (Gh 9:17, 18; it-1 386 ing. 5)

Abari mw’ikambi bategerezwa kugamburuka badatebaganye (Gh 9:21, 22; w11 15/4 4-5)

Mu gutanga ubuyobozi, Yehova yakoresha abantu badatunganye bamuserukira (Gh 10:5-8)

Igihe tugamburukiye abatuja imbere, tuba twerekanye ko tugamburukira Yehova.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika