ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Kigarama rup. 5
  • Intambara y’Imana izorangiza intambara zose

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Intambara y’Imana izorangiza intambara zose
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Amahoro Nyakuri—Ava kw Isôko Nyabaki?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1997
  • Harumagedoni—Intambara y’Imana izorangiza izindi ntambara zose
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
  • Rondera Amahoro Nyakuri Kandi Uyakurikire!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1997
  • Kunda ubugororotsi, wanke ubugarariji
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Kigarama rup. 5
Yezu n’inkota ndende ivuye mu kanwa kiwe ari kumwe n’ingabo ziwe zo mw’ijuru ziri ku mafarasi yera

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IVYAHISHUWE 17-19

Intambara y’Imana izorangiza intambara zose

19:11, 14-16, 19-21

Kubera iki Yehova “ya Mana y’urukundo n’amahoro” yagenye Umwana wiwe, uwitwa “Umuganwa w’amahoro,” kurwana intambara?​—2Kr 13:11; Yes 9:6.

  • Yehova na Yezu barakunda ubugororotsi bakanka ububisha

  • Amahoro n’ubutungane vyamaho bizoboneka gusa igihe ababisha bazoba bakuweho

  • Ingabo z’Imana zo mw’ijuru “[zi]rwana intambara mu bugororotsi,” bikaba vyerekanwa n’amafarasi yera be n’impuzu z’ilino nziza, zera kandi zityoroye

Twokora iki kugira ngo tuze turokoke iyo ntambara ihambaye?​—Zf 2:3

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika