ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Kigarama rup. 3
  • Paulo na Barunaba barahinduye abantu abigishwa mu turere twa kure

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Paulo na Barunaba barahinduye abantu abigishwa mu turere twa kure
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • «Umwana w’uruhoza»
    Gendana n’Imana n’umutima rugabo
  • “Barujujwe umunezero be n’impwemu nyeranda”
    “Nushinge intahe inogangije ku vyerekeye Ubwami bw’Imana”
  • «Bavuga badatinya biciye ku bubasha bwa Yehova»
    “Nushinge intahe inogangije ku vyerekeye Ubwami bw’Imana”
  • Inkuru nziza ishika mu bindi bihugu
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Kigarama rup. 3
Paulo na Barunaba bahagaze imbere ya Serejiyo Paulosi

Paulo na Barunaba bari imbere ya Serejiyo Paulosi

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IVYAKOZWE 12-14

Paulo na Barunaba barahinduye abantu abigishwa mu turere twa kure

13:12, 48; 14:1, 21, 22

Naho Paulo na Barunaba barwanijwe bikomeye, barihatiye gufasha abatekereza gucika abakirisu

  • Barabwiye inkuru nziza abantu b’imico kama itandukanye

  • Bararemesheje abigishwa bashasha “kuguma mu kwizera”

Ntidushobora kumenya “abafise agatima kabereye kotuma baronka ubuzima budahera” kiretse tubanje kubabwira inkuru nziza, kumbure mbere incuro nyinshi. Ni co gituma tuyibwira abantu bose tudacagura.

Muri iyi ndwi, ni bande nosaba ngo dutangure kwiga Bibiliya?

Ni mu buryo butandukanye ubuhe noremesha abavukanyi “kuguma mu kwizera”?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika