ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Nzero rup. 7
  • Yezu yararuhurira abandi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yezu yararuhurira abandi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Umuti Nyawo wo Kuturemurura Umwitwarariko
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2002
  • “Nimuze kuri jewe, . . . nanje ndabaruhurira”
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
  • Matayo 11:28-30: “Ni muze kuri jewe, . . . ndabaruhura”
    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya
  • “Mwishireko ingǒgo yanje”
    Igikorwa dukorera Ubwami—2008
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Nzero rup. 7

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MATAYO 10-11

Yezu yararuhurira abandi

11:28-30

Umugore wo mu bihe vya kera yikoreye ingǒgo

‘Ingǒgo yanje iroroshe’

Kubera ko Yezu yari umubaji yari azi gukora ingǒgo, kumbure akayizingirako n’ibihuzu canke urushato kugira ngo ntibabaze uwuyikoresha. Iyo tubatijwe, tuba twemeye kwishirako ingǒgo ya Yezu yo kuba abigishwa biwe. Naho iryo banga ritoroshe, kuryemera biraturuhurira kandi biravamwo imihezagiro myinshi.

Ni imihezagiro iyihe wironkeye kuva aho wemereye kwishirako ingǒgo ya Yezu?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika