ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Nzero rup. 4
  • Nugume ubanza kurondera Ubwami

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nugume ubanza kurondera Ubwami
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Ca gisabisho ca Dawe wa twese—ico gisobanura kuri wewe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2004
  • Yehova araturonsa ivyo dukeneye ku musi ku musi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2004
  • Ingene twosenga: Igisabisho ca Dawe wa twese coba ari co kibereye?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • “Mukama, twigishe gusenga”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2004
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Nzero rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MATAYO 6-7

Nugume ubanza kurondera Ubwami

Muri rya sengesho ry’akarorero, Yezu yarerekanye ko ibijanye n’Ubwami be n’umugambi wa Yehova ari vyo dukwiye gushira imbere.

6:9-13

  • Yezu yicaye ku ntebe y’Ubwami mw’ijuru

    Izina ry’Imana

    Ubwami bw’Imana

    Ivyo Imana igomba

  • Umukate

    Ibifungurwa vya buri musi

    Guharirwa ivyaha

    Gukizwa inyosha mbi

Ibintu bijanye n’Ubwami noshira mw’isengesho:

  • ko igikorwa co kwamamaza cotera imbere

  • ko impwemu nyeranda y’Imana yofasha abariko barahamwa

  • ko Imana yohezagira amaporoje kanaka y’ubwubatsi canke amasekeza yo kwamamaza

  • ko Imana yoha ubukerebutsi n’inkomezi abatuja imbere

  • Ibindi

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika