ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Gitugutu rup. 8
  • ‘Abahungu banyu n’abakobwa banyu bazovuga ubuhanuzi’

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • ‘Abahungu banyu n’abakobwa banyu bazovuga ubuhanuzi’
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • Turajana
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2020
  • Ni Nde ‘Azokira’?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1998
  • Izina ry’Imana
    Be maso!—2017
  • “Impwemu ubwayo irashinga intahe”
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2020
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Gitugutu rup. 8

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YOWELI 1-3

‘Abahungu banyu n’abakobwa banyu bazovuga ubuhanuzi’

2:28, 29

Abakirisu barobanujwe impwemu barakora igikorwa co kuvuga ubuhanuzi. Baravuga “ibintu vy’agatangaza vy’Imana” bakamamaza “inkuru nziza y’ubwami.” (Ivk 2:11, 17-21; Mt 24:14) Abo mu zindi ntama barabafasha ico gikorwa

Kuri Pentekoti, umukirisu yarobanuwe ariko aravuga ubuhanuzi mu kubwira “inkuru nziza y’ubwami” abantu bo mu bwoko butandukanye

2:32

‘Kwambaza izina rya Yehova’ bisobanura iki?

  • Kumenya iryo zina

  • Kuryubaha

  • Kwizigira nyeneryo no kumwisunga

Niwibaze uti: ‘Noshigikira gute abarobanuwe mu gikorwa bakora co kuvuga ubuhanuzi?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika