ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Mukakaro rup. 3
  • Shemeza Yehova, umwe yumva amasengesho

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Shemeza Yehova, umwe yumva amasengesho
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ivyo bijanye
  • Niwiyegereze Imana mw’isengesho
    Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?
  • Nutarike Amaboko Yera mu Gusenga
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1999
  • Ni kubera iki dukwiye gusenga ubudasiba?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
  • Nugume usenga usaba gushimwa n’Imana
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2020
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Mukakaro rup. 3

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZABURI 60-68

Shemeza Yehova, umwe yumva amasengesho

Niwame usenga Yehova ku bijanye n’ivyo wamusezeraniye

61:1, 8

  • Gusenga ku bijanye n’ivyo twasezeranye birakomeza umwiyemezo dufise wo kubishitsa

  • Kwiyegurira Imana ni ryo sezerano rihambaye kuruta ayandi twogira

Hana ariko arasenga

Hana

Niwerekane ko wizigira Yehova mu kumusukira ibiri ku mutima mw’isengesho

62:8

  • Isengesho ryiza riraserura akari ku mutima

  • Igihe amasengesho yacu adomako, biroroha cane ko tubona ingene Yehova yatwishuye

Yezu ariko arasenga

Yezu

Yehova arumva amasengesho y’abafise umutima ugororotse bose

65:1, 2

  • Yehova arumviriza “abantu b’ubwoko bwose” bipfuza vy’ukuri kumumenya no gukora ivyo agomba

  • Turashobora gusenga Yehova igihe ico ari co cose

Koruneliyo ariko arasenga

Koruneliyo

Andika ibintu wipfuza gushira mu masengesho yawe.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika