ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 11/06 rup. 8
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2006
  • Ivyo bijanye
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2004
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2003
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2007
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2008
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2006
km 11/06 rup. 8

Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Umunara w’Inderetsi 1 Git.

“Abahinga mu bijanye n’ibifise ubuzima bariko bagerageza kurandurana n’imizi indwara no gutuma turamba kuruta. Wibaza ko amaherezo bizoshoboka ko tubaho ibihe bidahera? [Rindira yishure.] Raba igituma twipfuza cane kubaho igihe kirushirije kuba kirekire. [Soma Umusiguzi 3:11.] Iki kinyamakuru kirasigura igituma Imana yaturemanye icipfuzo co kubaho ibihe bidahera”.

Réveillez-vous! Git.

“Hafi twese turaryoherwa no kurorera televiziyo. Mugabo woba ubona ko tudakwiye gupfa ivyo turavye? [Rindira yishure, uce usoma Imigani 13:20.] Iki kinyamakuru kiravuga ukuntu televiziyo ishobora kugira ico ikoze kuri twebwe, kandi kiratwereka ivyo twokora kugira twicungere mu bijanye no kurorera televiziyo”.

Umunara w’Inderetsi 15 Git.

“Kubera yuko Imana iri mw’ijuru, abantu bamwebamwe baca babona ko ata wushobora kuyimenya. Vyoba birashika nawe ukabibona gutyo? [Rindira yishure, uce usoma Yohana 17:3.] Iki kinyamakuru kirasigura ingene dushobora kumenya Imana”.

Réveillez-vous! Git.

“Benshi muri twebwe turamaze kubura abacu. Wibaza ko hari ivyo dushobora gukora kugira tubafashe bamaze gupfa? [Rindira yishure.] Iki kiganiro kirerekana inyishu Bibiliya itanga kuri ico kibazo. Kiraca irya n’ino kandi uwu muhango uremesha”. Soma Yohana 5:28, 29. Nuce umwereka ikiganiro gitangurira ku rupapuro rwa 10.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika