ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp17 no. 5 rup. 16
  • Bibiliya ibivugako iki?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Bibiliya ibivugako iki?
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2017
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • Kw’isi hoba hazokwigera haba amahoro?
  • Amahoro yo mu mutima yoba ashoboka muri iki gihe?
  • Amahoro Nyakuri—Ava kw Isôko Nyabaki?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1997
  • Woba ushobora kuronka amahoro muri iyi si idurumbanye?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Bibiliya ibivugako iki?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2017
  • Imana imererwa gute igihe uri mu mibabaro?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2018
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2017
wp17 no. 5 rup. 16
Ibirwanisho biriko birasangangurwa

Ibirwanisho vyose vy’intambara bizosangangurwa

Bibiliya Ibivugako Iki?

Kw’isi hoba hazokwigera haba amahoro?

Wokwishura gute?

  • Ego

  • Oya

  • Kumbure

Ico Bibiliya ivuga

Igihe Yezu Kristu azoba ategeka, “hazobaho amahoro menshi gushika ukwezi kutakiriho,” ni ukuvuga ibihe bidahera.​—Zaburi 72:7.

Ibindi Bibiliya ivuga

  • Ababisha bazokurwaho, maze abeza “[binovore] amahoro menshi.”​—Zaburi 37:10, 11.

  • Imana izohagarika intambara ubutakigaruka.​—Zaburi 46:8, 9.

Amahoro yo mu mutima yoba ashoboka muri iki gihe?

Bamwebamwe bavuga  . . . yuko tudashobora kuronka amahoro yo mu mutima isi icuzuyemwo imibabaro n’akarenganyo. Uvyibazako iki?

Ico Bibiliya ivuga

No muri iki gihe, abiyegereza Imana barashobora kwironkera “amahoro y’Imana arengeye ukwiyumvira kwose.”​—Abafilipi 4:6, 7.

Ibindi Bibiliya ivuga

  • Imana isezerana ko izokuraho imibabaro n’akarenganyo. Ivuga iti: “Ibintu vyose ndiko ndabigira bishasha.”​—Ivyahishuwe 21:4, 5.

  • Turashobora kuronka amahoro yo mu mutima mu kwitwararika “ivyo dukeneye mu vy’impwemu.”​—Matayo 5:3.

Ushaka ayandi makuru, raba ikigabane ca 3 c’igitabu, Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?, casohowe n’Ivyabona vya Yehova

Kiraboneka no kuri www.jw.org

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika