ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • lfb rup. 72-73
  • Intangamarara y’igihimba ca 6

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Intangamarara y’igihimba ca 6
  • Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Ivyo bijanye
  • Kuva ku Gihe c’Ukubohorwa mu Misiri Gushika ku Mwami wa Mbere w’Abisirayeli
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
  • Abisirayeli binjira i Kanani
    Bibiliya—Irimwo ubutumwa ubuhe?
  • Kuba abizigirwa bituma dushimwa n’Imana
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
  • Yefuta ashitsa indagano yagiriye Yehova
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
Ibindi
Ivyigwa dukura muri Bibiliya
lfb rup. 72-73
Samusoni yikoreye umuryango w’igisagara ca Gaza

Intangamarara y’igihimba ca 6

Abisirayeli bamaze gushika mu Gihugu c’isezerano, ihema ryeranda ni ryo ryabaye intimatima y’ugusenga kw’ukuri. Abaherezi barigisha iryo hanga amategeko, abacamanza na bo bakariyobora. Iki gihimba kiratwereka ingene ingingo umuntu afata hamwe n’ivyo akora bishobora kugira ingaruka zikomeye ku bandi. Umwisirayeli wese yabaho azi ko hari ico abazwa na Yehova kandi akitwararika ineza ya mugenziwe. Nushimike ku kuntu Debora, Nawomi, Yosuwa, Hana, umukobwa wa Yefuta na Samweli babereye abandi akarorero keza. Niwerekane ko n’abantu bamwebamwe batari Abisirayeli bafashe ingingo yo kuja ku ruhande rw’Abisirayeli kubera yuko babonye ko Imana iri kumwe na bo. Aho twovuga nka Rahabu, Rusi, Yayeli n’Abanyagibeyoni.

IVYIYUMVIRO NYAMUKURU

  • Yehova yarakoresheje abacamanza mu kurokora abasavyi biwe ku gitangaro

  • Abagumye ari intahemuka, baba abato canke abakuze, bararonse impera kubera bizigiye Yehova baherejeko

  • Imana ntigira nkunzi; iremera umuntu wese ayikunda kandi agakora ibigororotse

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika