ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • snnw ururirimbo 146
  • Ni je mwabigiriye

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ni je mwabigiriye
  • Turirimbire Yehova—Indirimbo nshasha
  • Ivyo bijanye
  • Ni je mwabikoreye
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Isengesho ry’umuntu mutoyi
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Isengesho ry’umuntu mutoyi
    Turirimbire Yehova
  • Numpe umutima rugabo
    Turirimbire Yehova tunezerewe
Ibindi
Turirimbire Yehova—Indirimbo nshasha
snnw ururirimbo 146

Ururirimbo rwa 146

Ni je mwabigiriye

Integuro icapuwe

(Matayo 25:34-40)

  1. Har’izindi ntama, zama zikorana

    n’abarobanuwe, zikabigana.

    Yez’avuga kw’ivy’umunt’abakorera

    Abwirizwa

    kubironker’impera.

    (ICITABIRIZO)

    “Ko mwabahojeje, mwarampojeje.

    Ivyo vyose mwebwe mwabagiriye

    Burya rero ni je mwabigiriye.

    Ibintu vyose mwabagiriye

    Burya rero ni je mwabigiriye.”

  2. Ati: “Mwarampaye ico nywa nyotewe.

    Ntimwirengagije uko merewe.”

    Na bo bamubaze bati:

    “Hari ryari?”

    Umwami na we abahishuk’ati:

    (ICITABIRIZO)

    “Ko mwabahojeje, mwarampojeje.

    Ivyo vyose mwebwe mwabagiriye

    Burya rero ni je mwabigiriye.

    Ibintu vyose mwabagiriye

    Burya rero ni je mwabigiriye.”

  3. “Mwaranyumiyeko, n’aba tuvukana,

    indimiro mwanka kuyibatana.”

    Umwam’azoc’abwir’intama ziw’ati:

    “Nimutoran’isi,

    murahiriwe!”

    (ICITABIRIZO)

    “Ko mwabahojeje, mwarampojeje.

    Ivyo vyose mwebwe mwabagiriye

    Burya rero ni je mwabigiriye.

    Ibintu vyose mwabagiriye

    Burya rero ni je mwabigiriye.”

(Raba kandi Imig. 19:17; Mat. 10:40-42; 2 Tim. 1:16, 17.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika