ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • ll igice 14 rup. 30-31
  • Wokwerekana gute ko uri intahemuka kuri Yehova?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Wokwerekana gute ko uri intahemuka kuri Yehova?
  • Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera
  • Ivyo bijanye
  • Igice ca 14
    Niwumvirize Imana
  • Noba nkwiye kubatizwa?
    Bibiliya itwigisha iki?
  • Ico Utegerezwa Gukora kugira ngo Ubeho Ibihe Bidashira
    Urashobora Kubaho Ibihe Bidashira mw Iparadizo ngaha kw Isi
  • Urukundo rw’Imana rwamaho
    Nugume mu rukundo rw’Imana
Ibindi
Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera
ll igice 14 rup. 30-31

IGICE CA 14

Wokwerekana gute ko uri intahemuka kuri Yehova?

Nuje ku ruhande rw’Imana. 1 Petero 5:6-9

Umukirisu yanse kugira uruhara mw’idini ry’ikinyoma no muri politike

Niwirinde kugira uruhara mu migenzo iyo ari yo yose itemerwa na Bibiliya. Ivyo bisaba uburindutsi.

Ntiwisuke mu vya politike bigirwa mu bihugu; ntibishigikira Yehova n’Ubwami bwiwe.

  • Yehova arinda abaguma ari intahemuka kuri we.—Zaburi 97:10.

Nuhitemwo neza mu kwumviriza Imana. Matayo 7:24, 25

Umuntu yitavye amakoraniro ku Ngoro y’Ubwami; ariko ariga Bibiliya n’Icabona ca Yehova

Niwifatanye n’Ivyabona vya Yehova; bazogufasha kwiyegereza Imana.

Nubandanye kwiga ivyerekeye Imana kandi ugerageze kugamburuka amategeko yayo.

Umuntu ariko ariyegurira Yehova mw’isengesho mu nyuma akabatizwa

Igihe ukwizera kwawe kumaze gukomera, urakwiye kwegurira Yehova ubuzima bwawe maze ukabatizwa.—Matayo 28:19.

Niwumvirize Imana. Soma Bibiliya, kandi usabe Ivyabona vya Yehova bagufashe kuyitahura. Nuce ushira mu ngiro ivyo wiga. Niwabigira, uzobaho ibihe bidahera.—Zaburi 37:29.

  • Niwigaye kugira ngo ubabarirwe.—Ivyakozwe 3:19.

  • Nugendere mu nzira ijana mu buzima.—Matayo 7:13, 14.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika