ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • ll igice 2 rup. 6-7
  • Imana y’ukuri ni nde?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Imana y’ukuri ni nde?
  • Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera
  • Ivyo bijanye
  • Igice ca 2
    Niwumvirize Imana
  • Ni nde yakuremye?
    Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare!
  • Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Imizimu Si Ibintu Vyabaye kw Isi Canke Vyahapfiriye
    Imizimu y’Abapfuye—Yoba Ishobora Kugufasha Canke Kugutera? Ubwo Irabaho vy’Ukuri?
Ibindi
Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera
ll igice 2 rup. 6-7

IGICE CA 2

Imana y’ukuri ni nde?

Yehova ari ku ntebe yiwe mw’ijuru, arihweza ivyo yaremye mw’ijuru no kw’isi

Hariho Imana y’ukuri imwe gusa, izina ryayo rikaba ari Yehova. (Zaburi 83:18; Yesaya 12:2) Ifise umubiri w’impwemu, ntidushobora kuyibona. Iradukunda kandi yipfuza yuko natwe tuyikunda. Yipfuza kandi yuko dukunda abandi bantu. (Matayo 22:35-40) Ni Musumbavyose, Umuremyi w’ibintu vyose.

Uwo Imana yahereyeko kurema yari ikiremwa c’impwemu gifise ububasha, akaba yahavuye yitwa Yezu Kristu. Yehova kandi yararemye abamarayika.

Yehova yararemye ibintu vyose biri mw’ijuru . . . n’ibiri kw’isi. Ivyahishuwe 4:11

Yehova Imana yararemye inyenyeri hamwe n’isi be n’ibintu vyose biri kuri yo.—Itanguriro 1:1.

Yarabumvye umuntu wa mbere Adamu mu mukungugu w’ubutaka.​—Itanguriro 2:7.

  • Ni kubera iki dukwiriye gutera iteka no kwubaha Yehova?​—Yesaya 42:5.

  • Kamere zimwezimwe z’Imana ni izihe?​—Kuvayo 34:6.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika