YEREMIYA
IBIRIMWO MURI MAKE
1
Yeremiya atorwa ngo abe umuhanuzi (1-10)
Yerekwa igiti ca shakedi (11, 12)
Yerekwa inkono (13-16)
Yeremiya aremeshwa mu gikorwa ashinzwe (17-19)
2
3
Ubuhemu bukomeye bwa Isirayeli (1-5)
Isirayeli n’Ubuyuda bararenze ibigo (6-11)
Baterwa akamo ngo bigaye (12-25)
4
Ukwigaya kuzana imihezagiro (1-4)
Ivyago bizoza bivuye mu buraruko (5-18)
Agahinda ka Yeremiya kubera ivyago bigiye kuza (19-31)
5
Abantu banka ko Yehova abatoza indero (1-13)
Azobatikiza ariko ntazobamara (14-19)
Yehova agira ico abaza abantu (20-31)
6
Kwugarizwa kwa Yeruzalemu kuregereje (1-9)
Uburake Yehova afitiye Yeruzalemu (10-21)
Igitero gikaze kivuye mu buraruko (22-26)
Yeremiya aba uwusuzuma ivyuma (27-30)
7
Barihenda mu kwizigira urusengero rwa Yehova (1-11)
Urusengero ruzomera nk’i Shilo (12-15)
Imana yiyamiriza ugusenga kw’ikinyoma (16-34)
8
Abantu bakurikira ingendo ya benshi (1-7)
Ata jambo rya Yehova nta bukerebutsi (8-17)
Yeremiya atuntuzwa n’ugusenyuka kw’Ubuyuda (18-22)
9
Umubabaro mwinshi wa Yeremiya (1-3a)
Yehova agira ico abaza Ubuyuda (3b-16)
Gucurira intimba Ubuyuda (17-22)
Niwirate kubera uzi Yehova (23-26)
10
Itandukaniro hagati y’imana z’amahanga n’Imana nzima (1-16)
Ugutikizwa n’ukwangazwa biregereje (17, 18)
Intuntu ya Yeremiya (19-22)
Isengesho ry’umuhanuzi (23-25)
11
Ubuyuda burenga kw’isezerano bwagiranye n’Imana (1-17)
Yeremiya agereranywa n’umwagazi wo gukererwa (18-20)
Yeremiya arwanywa n’abantu b’aho avuka (21-23)
12
13
Umukaba wononekaye (1-11)
Imibindi y’umuvinyu izomenagurwa (12-14)
Intumva zo mu Buyuda zizojanwa mu bunyagano (15-27)
14
Uruzuba, inzara n’inkota (1-12)
Abahanuzi b’ikinyoma bacirwa urubanza (13-18)
Yeremiya yemera ibicumuro vy’abantu (19-22)
15
Yehova ntazohindura urubanza yaciye (1-9)
Amagorwa ya Yeremiya (10)
Inyishu ya Yehova (11-14)
Isengesho rya Yeremiya (15-18)
Yehova akomeza Yeremiya (19-21)
16
Yeremiya ntakwiye kurongora, kugandara canke kurya ku nzimano (1-9)
Bazohanwa mu nyuma bagarukanwe (10-21)
17
Igicumuro c’Ubuyuda caratsimbataye (1-4)
Imihezagiro iva ku kwizigira Yehova (5-8)
Umutima ni umuhemu (9-11)
Yehova, icizigiro ca Isirayeli (12, 13)
Isengesho rya Yeremiya (14-18)
Isabato igume ari nyeranda (19-27)
18
Ibumba mu maboko y’umubumvyi (1-12)
Yehova aha umugongo Abisirayeli (13-17)
Umugambi wo kugirira nabi Yeremiya. Atakamba (18-23)
19
20
Pashuri akubita Yeremiya (1-6)
Yeremiya ntashobora kunuma ubutumwa bw’Imana (7-13)
Amaganya ya Yeremiya (14-18)
21
22
23
Abungere beza na babi (1-4)
«Umunago ugororotse» uzozana umutekano (5-8)
Abahanuzi b’ikinyoma bacirwa urubanza (9-32)
«Umuzigo» wa Yehova (33-40)
24
25
26
27
28
29
30
31
32
Yeremiya agura itongo (1-15)
Isengesho rya Yeremiya (16-25)
Inyishu ya Yehova (26-44)
33
Basezeranirwa kugaruka (1-13)
Umutekano mu gihe «c’umunago ugororotse» (14-16)
Isezerano Imana yagiranye na Dawidi n’abaherezi (17-26)
34
35
36
Yeremiya abwira Baruki ivyo yandika (1-7)
Baruki asoma ibiri mu muzingo n’ijwi ryumvikana (8-19)
Yehoyakimu aturira uwo muzingo (20-26)
Ubutumwa busubira kwandikwa mu wundi muzingo (27-32)
37
Abakaludaya bakinjura gato (1-10)
Yeremiya apfungwa (11-16)
Zedekiya abonana na Yeremiya (17-21)
38
Yeremiya atabwa mw’itangi (1-6)
Ebedi-Meleki atabara Yeremiya (7-13)
Yeremiya ahanura Zedekiya kwishikana (14-28)
39
Itemba rya Yeruzalemu (1-10)
Itegeko ryo kwitwararika Yeremiya (11-14)
Ebedi-Meleki azorokoka (15-18)
40
Nebuzaradani arekura Yeremiya (1-6)
Gedaliya azezwa igihugu (7-12)
Umugambi wo kwica Gedaliya (13-16)
41
42
43
44
45
46
47
48
49
Ubuhanuzi bujanye na Amoni (1-6)
Ubuhanuzi bujanye na Edomu (7-22)
Ubuhanuzi bujanye na Damasiko (23-27)
Ubuhanuzi bujanye na Kedari na Hazori (28-33)
Ubuhanuzi bujanye na Elamu (34-39)
50
51
52
Zedekiya agarariza Babiloni (1-3)
Nebukadinezari yugariza Yeruzalemu (4-11)
Igisagara n’urusengero bisamburwa (12-23)
Abantu bajanwa mu bunyagano i Babiloni (24-30)
Yehoyakini akurwa mw’ibohero (31-34)