ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • ijwfq ikiganiro 8
  • Mwoba mwubahiriza ayandi madini?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Mwoba mwubahiriza ayandi madini?
  • Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Woba uzi Ivyabona vya Yehova?
    Be maso!—2016
  • Kwihanganira abandi
    Be maso!—2015
  • Icubahiro caroye he?
    Be maso!—2024
Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
ijwfq ikiganiro 8
Umugabo ariko asoma Bibiliya aho badandariza ibitabu

Mwoba mwubahiriza ayandi madini?

Dukurikiza impanuro yo muri Bibiliya idusaba ‘kwubaha abantu bose,’ ata kuraba ivyo bemera mu vy’idini. (1 Petero 2:17, Bibiliya Yera) Nk’akarorero, hari ibihugu usanga Ivyabona vya Yehova ari ibihumbi amajana. Naho ari ukwo, ntiduhata abanyapolitike canke abashinga amategeko ngo babuze ibikorwa bimwebimwe vy’ayandi madini canke ngo bayahagarike gukora. Eka kandi ntitugira imyiyerekano yo gusaba ko hashirwaho amategeko asaba abandi bantu kwisunga imico runtu tugenderako canke kwemera ivyo twemera. Ahubwo riho, turubahiriza abandi nk’uko natwe twipfuza ko batwubahiriza.—Matayo 7:12.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika