ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • ijwfq ikiganiro 3
  • Mwoba mwemera ko idini ryanyu ari ryo dini ryonyene ry’ukuri?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Mwoba mwemera ko idini ryanyu ari ryo dini ryonyene ry’ukuri?
  • Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Idini Yawe Iri n’Ico Ivuze Koko
    Urashobora Kubaho Ibihe Bidashira mw Iparadizo ngaha kw Isi
  • Amadini yose yoba ari meza?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Imana yoba yemera ubwoko bwose bw’ugusenga?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Tubandanye ‘kumwumviriza’
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
Ibindi
Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
ijwfq ikiganiro 3
Icabona ca Yehova ariko aramamaza

Mwoba mwemera ko idini ryanyu ari ryo dini ryonyene ry’ukuri?

Abafatana uburemere ivy’idini bakwiye kwiyemeza ko idini bahisemwo ryemerwa n’Imana na Yezu. Ahandiho, kuki bokwirirwa bararijamwo?

Yezu Kristu ntiyashigikiye iciyumviro c’uko hari inzira nyinshi, ari yo madini menshi, zijana ku bukiriro. Ahubwo yavuze ati: “Irembo ryaga be n’inzira ipfunganye ni vyo bijana mu buzima, kandi bake ni bo bayitora.” (Matayo 7:14) Ivyabona vya Yehova bemera ko batoye iyo nzira. Ahandiho borondeye irindi dini.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika