ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • ijwcl ikiganiro 26
  • Bararonse “imaragarita y’agaciro kanini”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Bararonse “imaragarita y’agaciro kanini”
  • Bibiliya irahindura ubuzima
  • Ivyo bijanye
  • ‘Kuronka imaragarita imwe y’igiciro kinini’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
  • Kurondera ‘imaragarita y’igiciro kinini’ muri iki gihe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
  • Nugumize umutima kw’itunga ryo mu vy’impwemu
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
  • Ibigereranyo vyerekeye Ubwami
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
Ibindi
Bibiliya irahindura ubuzima
ijwcl ikiganiro 26

BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA

Bararonse “imaragarita y’agaciro kanini”

Yezu yigishije ko Ubwami bw’Imana buzotorera umuti ingorane abantu bafise. (Matayo 6:10) Muri Matayo 13:44-46, yaratanze ibigereranyo bibiri bikurikira kugira yerekane agaciro k’ukuri kwerekeye Ubwami bw’Imana:

Amafoto: Abagabo babiri bavugwa mu kigereranyo Yezu yatanze. 1. Umugabo ariko arimba mw’itongo akaba atangariye ikintu atoye. 2. Uwundi mugabo afise imaragarita akaba aryohewe.
  • Umuntu yariko arakora mw’itongo aca yubura itunga ryanyegejwe.

  • Umudandaza w’ingenzi yariko ararondera imaragarita nziza hanyuma aca araronka imaragarita y’agaciro kanini.

Bompi baragurishije ivyo bari bafise vyose kugira baronke ubutunzi bari bubuye. Uko ari babiri bagereranya abantu baha agaciro cane Ubwami ku buryo bagira ivyo bahevye kugira bironkere imihezagiro yabwo. (Luka 18:29, 30) Muri iyi videwo, raba inkuru z’abantu babiri bameze nk’abantu bavugwa mu kigereranyo Yezu yatanze.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika